Ezekiyeli 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 «Mwana w’umuntu, ibi ni vyo Abisirayeli* bariko baravuga: “Ivyo yerekwa bizoba haciye igihe kinini, kandi ubuhanuzi avuga bujanye na kazoza ka kure+.”
27 «Mwana w’umuntu, ibi ni vyo Abisirayeli* bariko baravuga: “Ivyo yerekwa bizoba haciye igihe kinini, kandi ubuhanuzi avuga bujanye na kazoza ka kure+.”