Ezekiyeli 13:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ivyo bizoba kubera bahubije abantu banje, bakavuga ngo: ‘Hari amahoro!’ kandi ata mahoro ahari+. Igihe hubatswe uruhome rudakomeye, barusiga ishwagara*+.” Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:10 Umunara w’Inderetsi,1/10/1999, rup. 24-25
10 Ivyo bizoba kubera bahubije abantu banje, bakavuga ngo: ‘Hari amahoro!’ kandi ata mahoro ahari+. Igihe hubatswe uruhome rudakomeye, barusiga ishwagara*+.”