7 Kuko Umwisirayeli wese canke umunyamahanga aba muri Isirayeli aramutse anyikuyeko, kandi akaba yiyemeje gukurikira ibigirwamana vyiwe bisesemye, agashiraho igitsitaza gituma abantu bacumura, hanyuma akaza guhanuza umuhanuzi wanje+, jewe Yehova ubwanje ni jewe nzomwishura.