Ezekiyeli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uvuge uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: ‘Ukomoka mu gihugu c’Abanyakanani kandi ni yo wavukiye. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.
3 Uvuge uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: ‘Ukomoka mu gihugu c’Abanyakanani kandi ni yo wavukiye. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.