-
Ezekiyeli 16:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Nta n’umwe yakwumviye akagongwe ngo akugirire na kimwe muri ivyo. Nta n’umwe yakwumviye impuhwe. Ahubwo waterewe mu gahinga kuko wanswe ku musi wavuka.
-