-
Ezekiyeli 16:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Nakugize isinzi rinini cane nk’ibimera binaga mu gahinga. Warakuze, urakomera kandi wambara udusharizo twiza cane. Amabere yawe yarakuze n’umushatsi wawe urakura. Mugabo wari ukiri amenya, uri gusa.’”
-