Ezekiyeli 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndaheza nkwambika impuzu ideshe, nguha n’ibirato* bikozwe mu rushato rwiza*, nkuzingirako impuzu yo mu gitambara ciza cane*, nkwambika n’impuzu zizimvye.
10 Ndaheza nkwambika impuzu ideshe, nguha n’ibirato* bikozwe mu rushato rwiza*, nkuzingirako impuzu yo mu gitambara ciza cane*, nkwambika n’impuzu zizimvye.