Ezekiyeli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Wagumye wisharizisha inzahabu n’ifeza, kandi impuzu wambara zari izo mu gitambara ciza cane, n’izizimvye n’izideshe. Ifu inoze, ubuki n’amavuta ni vyo warya, urahava uba mwiza cane+, uba uwubereye kuba umwamikazi*.”»
13 Wagumye wisharizisha inzahabu n’ifeza, kandi impuzu wambara zari izo mu gitambara ciza cane, n’izizimvye n’izideshe. Ifu inoze, ubuki n’amavuta ni vyo warya, urahava uba mwiza cane+, uba uwubereye kuba umwamikazi*.”»