Ezekiyeli 16:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Wubatse ibibanza vyawe vyo gusengeramwo mu bibanza biri ahabona cane ku mabarabara yose, utuma ubwiza bwawe buba ikintu gishisha mu kwiha* uwuhita wese+, ugwiza ubumaraya bwawe+.
25 Wubatse ibibanza vyawe vyo gusengeramwo mu bibanza biri ahabona cane ku mabarabara yose, utuma ubwiza bwawe buba ikintu gishisha mu kwiha* uwuhita wese+, ugwiza ubumaraya bwawe+.