Ezekiyeli 16:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubu rero ngira ndamvure ukuboko kwanje ndakurwanye, ngabanye ibifungurwa uronka+, ndeke abagore bakwanka bakugire uko bagomba+, ni ukuvuga abakobwa b’Abafilisitiya bumijwe n’ingeso zawe ziteye isoni+.
27 Ubu rero ngira ndamvure ukuboko kwanje ndakurwanye, ngabanye ibifungurwa uronka+, ndeke abagore bakwanka bakugire uko bagomba+, ni ukuvuga abakobwa b’Abafilisitiya bumijwe n’ingeso zawe ziteye isoni+.