Ezekiyeli 16:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Kubera ko utashira ipfa, waciye ukorana ubumaraya n’Abashuri+. Mugabo umaze gukorana na bo ubumaraya, na ho nyene ntiwashize ipfa.
28 Kubera ko utashira ipfa, waciye ukorana ubumaraya n’Abashuri+. Mugabo umaze gukorana na bo ubumaraya, na ho nyene ntiwashize ipfa.