-
Ezekiyeli 16:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 “Mugabo igihe wiyubakira ikintu kimeze nk’agasozi mu bibanza biri ahabona cane ku mabarabara yose, ukitunganiriza ikibanza co gusengeramwo mu bibanza rusangi vyose, wari utandukanye n’umumaraya kuko wanka ko baguhemba.
-