-
Ezekiyeli 16:34Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
34 Uratandukanye n’abandi bagore bakora ubumaraya. Nta n’umwe akora ubumaraya nk’ukwo kwawe. Ni wewe uhemba abantu, bobo ntibaguhemba. Ukora ibihushanye n’ivy’abandi.”
-