Ezekiyeli 16:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Uri umukobwa wa nyoko wawe, umwe yagaye umugabo wiwe n’abana biwe. Uri mwenewabo n’abakobwa muvukana bagaye abagabo babo n’abana babo. Nyoko wanyu yari Umuhetikazi, so na we akaba Umwamori+.”»
45 Uri umukobwa wa nyoko wawe, umwe yagaye umugabo wiwe n’abana biwe. Uri mwenewabo n’abakobwa muvukana bagaye abagabo babo n’abana babo. Nyoko wanyu yari Umuhetikazi, so na we akaba Umwamori+.”»