Ezekiyeli 16:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 Mwenewanyu Sodomu n’abakobwa biwe bazosubira uko bahora, na mwenewanyu Samariya n’abakobwa biwe basubire uko bahora. Nawe n’abakobwa bawe muzosubira uko mwahora+.
55 Mwenewanyu Sodomu n’abakobwa biwe bazosubira uko bahora, na mwenewanyu Samariya n’abakobwa biwe basubire uko bahora. Nawe n’abakobwa bawe muzosubira uko mwahora+.