Ezekiyeli 16:57 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Hari imbere y’uko ububisha bwawe bushirwa ahabona+. Ubu abakobwa ba Siriya n’ababanyi baho baragucokora. N’abakobwa b’Abafilisitiya+ bagukikuje barakugaya.
57 Hari imbere y’uko ububisha bwawe bushirwa ahabona+. Ubu abakobwa ba Siriya n’ababanyi baho baragucokora. N’abakobwa b’Abafilisitiya+ bagukikuje barakugaya.