Ezekiyeli 16:63 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 63 Uzoheza wibuke, wumve umaramaye cane ku buryo udakurako n’umunwa kubera uguteterwa+, ninakubabarira* naho wakoze ivyo vyose+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.»
63 Uzoheza wibuke, wumve umaramaye cane ku buryo udakurako n’umunwa kubera uguteterwa+, ninakubabarira* naho wakoze ivyo vyose+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.»