Ezekiyeli 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uze uvuge uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ya nkona nini+ ifise amababa manini n’amubi maremare kandi yuzuyeko amoya y’amabara, yaraje i Libani+ itora agatwetwe k’isederi+.
3 Uze uvuge uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ya nkona nini+ ifise amababa manini n’amubi maremare kandi yuzuyeko amoya y’amabara, yaraje i Libani+ itora agatwetwe k’isederi+.