Ezekiyeli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze afata umwe mu bo mu nda y’ingoma*+, agirana na we isezerano, aramurahiza+. Araheza atwara abantu bakurubakuru bo mu gihugu+
13 Maze afata umwe mu bo mu nda y’ingoma*+, agirana na we isezerano, aramurahiza+. Araheza atwara abantu bakurubakuru bo mu gihugu+