Ezekiyeli 17:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 “Umukama Segaba Yehova avuze rero ati: ‘Ndirahiye jewe Imana nzima, yuko nzozana ku gatwe kiwe ingaruka zo kuba yarasuzuguye indahiro namurahije+, akarenga no kw’isezerano ryanje.
19 “Umukama Segaba Yehova avuze rero ati: ‘Ndirahiye jewe Imana nzima, yuko nzozana ku gatwe kiwe ingaruka zo kuba yarasuzuguye indahiro namurahije+, akarenga no kw’isezerano ryanje.