Ezekiyeli 18:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Aguma akurikiza ivyagezwe vyanje, akubahiriza ingingo nashinze kugira agume ari umwizigirwa mu vyo akora. Umuntu nk’uyo ni umugororotsi kandi vy’ukuri azobandanya kubaho+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
9 Aguma akurikiza ivyagezwe vyanje, akubahiriza ingingo nashinze kugira agume ari umwizigirwa mu vyo akora. Umuntu nk’uyo ni umugororotsi kandi vy’ukuri azobandanya kubaho+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.