Ezekiyeli 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 agafata nabi umugorwa n’umworo+, akiba, ntasubize icatanzwe nk’ingwati, agahanga amaso ibigirwamana bisesemye+, agakora ibintu bishisha+,
12 agafata nabi umugorwa n’umworo+, akiba, ntasubize icatanzwe nk’ingwati, agahanga amaso ibigirwamana bisesemye+, agakora ibintu bishisha+,