Ezekiyeli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 akarondera kwunguka ivy’umurengera kandi agasaba inyungu uwo aguranye+. Uwo mwana ntazoheza ngo abandanye kubaho. Azokwicwa ata kabuza kubera ivyo bintu vyose bishisha yakoze. Amaraso yiwe azoja ku gatwe kiwe.
13 akarondera kwunguka ivy’umurengera kandi agasaba inyungu uwo aguranye+. Uwo mwana ntazoheza ngo abandanye kubaho. Azokwicwa ata kabuza kubera ivyo bintu vyose bishisha yakoze. Amaraso yiwe azoja ku gatwe kiwe.