-
Ezekiyeli 19:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Bagishira mu kazu bakoresheje ingobe, bakijana ku mwami wa Babiloni.
Bacugaranirayo kugira ngo urwamo rwaco ntirwongere kwumvikana ku misozi yo muri Isirayeli.
-