-
Ezekiyeli 21:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Nibakubaza ngo: “Unihishwa n’iki?”, ubabwire uti: “Nihishwa n’inkuru y’ibigira bibe.” Bizoza ata kabuza kandi imitima yose izoshongeshwa n’ubwoba, amaboko yose aregere, abantu bose bajonjogore, n’amavi yose atembe amazi*+. “Raba! Ivyo bintu bizoza ata kabuza, bishike”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.»
-