Ezekiyeli 21:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yakarihijwe kugira itikize inganda bimwe bikomeye, irasenwa ngo yakake nk’imiravyo.’”» «Ntidukwiye none kunezerwa?» «“Mbega izokwanka* agakoni k’ubwami k’umwana wanje+, nk’uko yanka ibiti vyose?
10 Yakarihijwe kugira itikize inganda bimwe bikomeye, irasenwa ngo yakake nk’imiravyo.’”» «Ntidukwiye none kunezerwa?» «“Mbega izokwanka* agakoni k’ubwami k’umwana wanje+, nk’uko yanka ibiti vyose?