Ezekiyeli 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kuko hagizwe isuzuma+. None bizogenda gute iyo nkota niyanka agakoni k’ubwami? Ntikazobandanya kubaho+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
13 Kuko hagizwe isuzuma+. None bizogenda gute iyo nkota niyanka agakoni k’ubwami? Ntikazobandanya kubaho+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.