Ezekiyeli 21:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Imitima yabo izoshongeshwa n’ubwoba+ kandi benshi bazogwa ku marembo y’ibisagara vyabo. Nzotuma inkota itikiza inganda. Emwe, yakaka nk’imiravyo kandi yasenywe kugira ngo itikize inganda!
15 Imitima yabo izoshongeshwa n’ubwoba+ kandi benshi bazogwa ku marembo y’ibisagara vyabo. Nzotuma inkota itikiza inganda. Emwe, yakaka nk’imiravyo kandi yasenywe kugira ngo itikize inganda!