-
Ezekiyeli 21:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Nawe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze ku bijanye n’Abamoni n’ibitutsi vyabo.” Uvuge uti: “Inkota! Inkota yasokorewe gutikiza inganda. Yasenewe gutikiza no kwakaka nk’imiravyo.
-