Ezekiyeli 21:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Naho abantu beretswe ibinyoma ku bikwerekeye*, bakakuragurira ivy’ububeshi, ibiziga vy’abantu bawe bizorundwa ku bishwe*, abantu b’ababisha. Umusi wabo washitse, igihe c’uko bahabwa igihano cabo ca nyuma.
29 Naho abantu beretswe ibinyoma ku bikwerekeye*, bakakuragurira ivy’ububeshi, ibiziga vy’abantu bawe bizorundwa ku bishwe*, abantu b’ababisha. Umusi wabo washitse, igihe c’uko bahabwa igihano cabo ca nyuma.