Ezekiyeli 22:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Abatware baho bameze nk’amabingira atabagura ico acakiye. Barasesa amaraso, bakica abantu kugira bironkere inyungu mbi+.
27 Abatware baho bameze nk’amabingira atabagura ico acakiye. Barasesa amaraso, bakica abantu kugira bironkere inyungu mbi+.