Ezekiyeli 22:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Mugabo abahanuzi baho bapfukapfutse ivyo abo bantu bakora, nk’uwusiga ishwagara. Berekwa ibinyoma, bakaragura ivy’ububeshi+. Bavuga ngo: ‘Umukama Segaba Yehova avuze uku n’uku’, kandi Yehova ubwiwe ata co yavuze.
28 Mugabo abahanuzi baho bapfukapfutse ivyo abo bantu bakora, nk’uwusiga ishwagara. Berekwa ibinyoma, bakaragura ivy’ububeshi+. Bavuga ngo: ‘Umukama Segaba Yehova avuze uku n’uku’, kandi Yehova ubwiwe ata co yavuze.