Ezekiyeli 23:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umukuru yitwa Ohola*, mwenewabo akitwa Oholiba*. Babaye abanje maze bibaruka abahungu n’abakobwa. Uwitwa Ohola ni Samariya+, uwitwa Oholiba na we ni Yeruzalemu.
4 Umukuru yitwa Ohola*, mwenewabo akitwa Oholiba*. Babaye abanje maze bibaruka abahungu n’abakobwa. Uwitwa Ohola ni Samariya+, uwitwa Oholiba na we ni Yeruzalemu.