Ezekiyeli 23:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ntiyahevye ubumaraya yakora mu Misiri, kuko bari bararyamanye na we mu buto bwiwe, bakuyakuya igikiriza co mu busugi bwiwe, bamusukako inambu* yabo+.
8 Ntiyahevye ubumaraya yakora mu Misiri, kuko bari bararyamanye na we mu buto bwiwe, bakuyakuya igikiriza co mu busugi bwiwe, bamusukako inambu* yabo+.