Ezekiyeli 23:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Bazoguhagurukira buzuye urwanko, batware ivyo wabiriye akuya vyose+, bagusige uri amenya, uri gusa. Ubwambure buteye isoni werekana igihe ukora ubusambanyi, n’ubushirasoni bwawe n’ubumaraya bwawe bizoshirwa ahabona+.
29 Bazoguhagurukira buzuye urwanko, batware ivyo wabiriye akuya vyose+, bagusige uri amenya, uri gusa. Ubwambure buteye isoni werekana igihe ukora ubusambanyi, n’ubushirasoni bwawe n’ubumaraya bwawe bizoshirwa ahabona+.