Ezekiyeli 23:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Bamaze kwica abana babo bakabashikanira ibigirwamana vyabo bisesemye+, baca baza ahantu hanje heranda kuri uwo musi nyene kugira ngo bahanduze+. Ivyo ni vyo bakoreye mu nzu yanje.
39 Bamaze kwica abana babo bakabashikanira ibigirwamana vyabo bisesemye+, baca baza ahantu hanje heranda kuri uwo musi nyene kugira ngo bahanduze+. Ivyo ni vyo bakoreye mu nzu yanje.