Ezekiyeli 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Tora intama nziza kuruta izindi zo mu busho+, kandi irya n’ino munsi ya nya nkono urundeyo ingegene z’inkwi. Togotesha ivyo bipande, uteke n’ayo magufa ari muri iyo nkono.’”
5 Tora intama nziza kuruta izindi zo mu busho+, kandi irya n’ino munsi ya nya nkono urundeyo ingegene z’inkwi. Togotesha ivyo bipande, uteke n’ayo magufa ari muri iyo nkono.’”