Ezekiyeli 24:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 “Bwira Abisirayeli uti: ‘Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Ngira mpumanye ahantu hanje heranda+ mwishimira cane, ahantu mukunda cane kandi umutima wanyu wipfuza*. Abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma bazokwicishwa inkota+.
21 “Bwira Abisirayeli uti: ‘Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Ngira mpumanye ahantu hanje heranda+ mwishimira cane, ahantu mukunda cane kandi umutima wanyu wipfuza*. Abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma bazokwicishwa inkota+.