Ezekiyeli 24:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 «Mwana w’umuntu, umusi nzobaka ikibanza cabo gikomeye, ca kibanza ciza kibanezera, ikintu bakunda cane kandi umutima wabo wipfuza, nkabaka n’abahungu babo n’abakobwa babo+,
25 «Mwana w’umuntu, umusi nzobaka ikibanza cabo gikomeye, ca kibanza ciza kibanezera, ikintu bakunda cane kandi umutima wabo wipfuza, nkabaka n’abahungu babo n’abakobwa babo+,