-
Ezekiyeli 26:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Umukama Segaba Yehova avuze rero ati: “Ewe Tiro, ngira ndakurwanye, ndakurungikeko amahanga menshi, nka kurya ikiyaga kirungika imipfunda.
-