Ezekiyeli 26:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hazocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu hagati mu kiyaga+.” “Ni jewe ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “kandi hazosahurwa n’amahanga.
5 Hazocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu hagati mu kiyaga+.” “Ni jewe ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “kandi hazosahurwa n’amahanga.