Ezekiyeli 26:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzotuma usigara uri urutare rukayangana kandi rugaragara. Uzocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa, kuko ari jewe Yehova ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
14 Nzotuma usigara uri urutare rukayangana kandi rugaragara. Uzocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa, kuko ari jewe Yehova ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.