Ezekiyeli 26:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bazokuririmbira akaririmbo k’intimba+, bakubwire bati: ‘Ewe kuntu wayogeye+, wewe wahora ubamwo abantu bava mu biyaga, wewe gisagara cavugangwa!Mwe n’abakubamwo mwari agakomeye ku kiyaga+,mukajugumiza ababa kw’isi bose!
17 Bazokuririmbira akaririmbo k’intimba+, bakubwire bati: ‘Ewe kuntu wayogeye+, wewe wahora ubamwo abantu bava mu biyaga, wewe gisagara cavugangwa!Mwe n’abakubamwo mwari agakomeye ku kiyaga+,mukajugumiza ababa kw’isi bose!