Ezekiyeli 26:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kuko Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Ninagutikiza nka vya bisagara bitabamwo abantu, nkakuzanako isegenya ry’amazi asuriranya, n’amazi menshi akakurengera+,
19 Kuko Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Ninagutikiza nka vya bisagara bitabamwo abantu, nkakuzanako isegenya ry’amazi asuriranya, n’amazi menshi akakurengera+,