Ezekiyeli 27:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abagabo bo mu Buperesi, i Ludi n’i Puti+ bari mu ngabo zawe, bari abarwanyi bawe. Bakumanikako inkinzo zabo n’inkofero zabo, bagatuma ugira ubwiza bwinshi.
10 Abagabo bo mu Buperesi, i Ludi n’i Puti+ bari mu ngabo zawe, bari abarwanyi bawe. Bakumanikako inkinzo zabo n’inkofero zabo, bagatuma ugira ubwiza bwinshi.