Ezekiyeli 27:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ab’i Vedani n’i Yavani mu karere ka Uzali, baguha ibintu bicuzwe mu cuma, umubagabaga* na kanehe*, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe.
19 Ab’i Vedani n’i Yavani mu karere ka Uzali, baguha ibintu bicuzwe mu cuma, umubagabaga* na kanehe*, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe.