Ezekiyeli 28:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nzomurungikamwo ikiza, amaraso aseseke mu mabarabara yiwe. Inkota niyamutera impande zose, abantu bazopfa, bagwe hagati muri we.Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova+.
23 Nzomurungikamwo ikiza, amaraso aseseke mu mabarabara yiwe. Inkota niyamutera impande zose, abantu bazopfa, bagwe hagati muri we.Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova+.