Ezekiyeli 28:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ico gihe Abisirayeli ntibazokwongera gukikuzwa n’ibihandambwa bicumita canke amahwa ababaza+, ba bandi babagaya. Kandi abantu bazomenya vy’ukuri yuko ndi Umukama Segaba Yehova.’”
24 Ico gihe Abisirayeli ntibazokwongera gukikuzwa n’ibihandambwa bicumita canke amahwa ababaza+, ba bandi babagaya. Kandi abantu bazomenya vy’ukuri yuko ndi Umukama Segaba Yehova.’”