Ezekiyeli 29:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Igihugu ca Misiri kizotikizwa gisigare ari akahebwe+. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova, kuko wavuze* ngo: “Uruzi Nili ni rwanje, kandi ni je narushizeho+.”
9 Igihugu ca Misiri kizotikizwa gisigare ari akahebwe+. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova, kuko wavuze* ngo: “Uruzi Nili ni rwanje, kandi ni je narushizeho+.”