Ezekiyeli 29:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Misiri izosigara iri munsi y’ubundi bwami, kandi ntizokwongera kuganza ayandi mahanga+. Nzobagira inkehwa ku buryo batazoshobora kugira ububasha ku yandi mahanga+.
15 Misiri izosigara iri munsi y’ubundi bwami, kandi ntizokwongera kuganza ayandi mahanga+. Nzobagira inkehwa ku buryo batazoshobora kugira ububasha ku yandi mahanga+.